|
|
|
 |
|
Ikiganiro Kunama co kuw’imana igenekerezo ry’ 09 munyonyo 2008
Muri kino kiganiro ku nama abanyagihugu batanga ivyiyumviro vyabo ku bintu bibiri : ubwa mbere ku bijanye na ca kiringo ntarengwa co kuwa 31 kigarama umwaka 2008 catangwa kuri Reta n’umuhari (...)
Musekeweya du 07 octobre 2008
C’est un feuilleton radiophonique de 15 minutes en Kinyarwanda sur les origines et le continuum de la violence et les stratégies pour la prévention et la gestion de ces violences.
Télécharger la (...)
Uburundi Buraririmba co ku wa 20 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro cerekeye abaririmvyi b’abarundi, Excellent Nimubona (NIM) aganira n’umwe mu mirwi yatowe ngo ishobore guhiganwa muri rya higanwa rya PAM AWARDS. Araganira kandi n’umurwi (...)
Murikira ukuri co ku wa 15 gitugutu 2008
Muri kino gikino Murikira ukuri twumviriza inkurikizi z’intambara yabereye i Rusangi hagati y’abarengero n’abaseruko, bamwe bakaba bataye izabo mu gihe naho abandi bobo banezerewe.
Télécharger (...)
Karadiridimba co ku wa 19 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Karadiridimba giha abarundi bari mu mahanga Arcade Havyarimana aganira nabo ku bibazo bitandukanye vyerekeye igihugu c’Uburundi.
Télécharger l’émission :
Ecouter l’émission (...)
Génération Grands Lacs du 18 octobre 2008
Dans cette émission Génération Grands Lacs, Ghyslaine Nisengwe de la Radio Isanganiro et Alice Akineza de la Radio Salus de Butare au Rwanda vont nous parler des dates que les jeunes de la (...)
Ca umugani gacamugani co ku wa 16 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Ca umugani gacamugani cerekeye imigani n’ibitito Jérôme Niyonzima adushikiriza umugani w’isake n’ingona ukaba ari uwo mu rukurikirane rw’imigani yatororokanijwe n’ishirahamwe (...)
Ikiganiro kw’isoko kigira 79
Muri kino kiganiro kw’isoko kigira 79 Désiré Ndagijimana na Nadège Ininahazwe batuyagira ku nkurikizi zijanye no gushira amatungo ya Reta mu minwe y’abikorera ivyabo. Bakaba batwumvisha abatari bake (...)
Murimyi w’ikawa gira ijambo co ku wa 13 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Murimyi w’ikawa gira ijambo Arcade Havyarimana adushikana mu Kirimiro akaba ahereza ijambo abarimyi b’ikawa bo muri komine Bukirasazi y’intara ya Gitega, hamwe n’abo muri komine (...)
Wote tukutane tena la talehe 19/10/2008
Katika kipindi hiki Wote tukutane tena kihusucho wakimbizi wanaorudi nchini kwao, tutapata taarifa zaidi kuhusiana na misukosuko wanayokutana nayo katika harakati za kuanza maisha mapya (...)
Sisi wa toto la talehe 6/10/2008
Katika kipindi hiki Sisi Watoto kihusucho maisha ya watoto wakati wa vita, watayarishaji kutoka Centre Lokole ya Search For Common Ground katika Jamhuri ya Kidemokrasi ya Kongo watatufikisha (...)
Barushe nguhere co ku wa 18 gitugutu 2008
Muri gikino Barushe Nguhere Yussuf Sindayigaya, Balen Havyarimana na Prudence Irakoze basanzwe bagitunganya badushikana hariya muri zone na komine Musongati y’intara ya Rutana. Cerekeye abantu (...)
Turi nk’abandi co ku wa 16 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Turi nk’abandi cerekeye abantu canke imirwi y’abantu batitaweho, Divine Munezero atuganirira ku vyerekeye abana b’impfuvyi batorana, kikaba kiri mu rukurikirane rw’ibiganiro vya (...)
Ukuri Gushirira mu kuyaga co ku wa 5 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Ukuri Gushirira mu kuyaga, Désire Niyondiko adushikiriza igice ca gatatu c’ikiganiro yagiranye na Paul Ngarambe hakaba hari klu vyerekeye integuro y’amatora yo mu mwaka w’2005. (...)
Portrait du 04 octobre 2008
Dans cette émission Portrait d’aujourd’hui, Audace Machado nous présente la vie de Paul Ngarambe
Télécharger l’émission
Ecouter l’émission
Umwana si uwumwe co ku wa 19 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Umwana si uwumwe cerekeye abana ba ntahonikora, Ernest Pablo Baryuwabo aducira irya n’ino umugenzo wo guharika n’inkurikizi zawo ku bana bavuka ku bakenyezi babiri canke batatu (...)
Duce akenge runtu co kwu wa 18 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Duce akenge runtu kijanye n’ibiraba indero Christian Nsavye atuganirira ku vyerekeye inyigisho nshasha mu mashure yisumbuye, akadushikiriza integuro nshasha yo kwigisha ururimi (...)
Kansonga nokamenya co k’itariki 07 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Kasonga nokamenya Anick Ndayiragije atuganirira ku ntambamyi zituma abantu bagendana umugera wa SIDA ubu batakironka ya miti y’ugupfupfahaza, ari kumwe n’umutumire akaba (...)
Icibare cacu co ku wa 15 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Icibare cacu Jean-Paul Nicondindiriye adushikana hariya muri komine Kibago y’intara ya Makamba akatuyagira ku vyerekeye ingorane z’amatati y’amatongo hagati y’abahunguka (...)
Ukuri gutegura kazoza, co ku wa 18 gitugutu 2008
Muri kino kiganiro Ukuri gutegura kazoza, Daniella Niteka, Triphinie Habonimana hamwe na Nshimirimana Liliane baradushikiriza igice ca mbere c’iki kiganiro cerekeye ukudahana ivyaha bimwe bita (...)
|
|
|
|